Burundi to the world
Ikaze kuri Burundi Trades.
Turishura ibibazo vyawe, tukagusigurira amahitamwo yawe, kandi tukagufasha gutera intambwe ku bijanye na crypto, trading no kurungika amafaranga.
Raba serivisi zacu01
Usanzwe ubimenyereye
Gura canke ugurishe crypto
Hitamwo USDT canke Bitcoin, BIF, TZS canke KES, uburyo bwo kuriha, hanyuma urungike ubusabe bwawe.


02
Kurungika amafaranga
Rungika amafaranga mu Burundi canke hanze
Uri muri Dubai, Europe, USA, Kenya, Tanzania canke ahandi? Turagufasha kurondera uburyo bwemewe kandi bwizewe bwo kurungika amafaranga.
03
Ugitangura crypto
Iga, hanyuma ugure USDT canke BITCOIN wamaze gutahura ivyo arivyo
Tangura n'ivy'ibanze, itangazo rya BRB na RISKS. Umaze gutahura, turagufasha kugura canke kugurisha crypto.
Tangura n'ivy'ibanze04
Trading n'amasoko
Iga crypto, forex na stocks
Iga uko amasoko akora, kurikirana amakuru y'ubutunzi, kandi wubake ubumenyi imbere yo gushira amafaranga mw'isoko.
Ja mu nyigisho