Inyigisho z'ibanze

Banza utahure crypto.

Iga intambwe ku yindi: crypto ni iki, uyibika gute, uyirungika gute, ibiciro na RISKS zayo, hamwe n'ico BRB yavuze. Soma amasomo uko akurikirana imbere yo gufata ingingo.

Banza usome ico BRB yavuze

Crypto si amafaranga yemewe mu Burundi. Menya ivyo Banque Centrale yamenyesheje abantu imbere yo kubandanya.

Soma itangazo rya BRB

Urugendo rwo kwiga

Soma isomo rimwerimwe uko rikurikirana

Amasomo aracategurwa. Subira vuba.